IBIGIYE GUSHIKA
Géopolitique
MURI AYA MEZI ABIRI ARI IMBERE MUGIYE KUBONA ZINO PROPAGANDE 4 ZIZOKORESHWA CANE CANE N'ABANYARWANDA NAMA PAGE MENSHI Y'ABARUNDI ZITEGURA INTAMBARA:
1. Bazovuga ko Hari igisoda c'#Imbonerakure n'Abarundi casigaye mu #Minembwe kigomba gukora Genocide kuba Nyamulenge
2. Bazovuga ko hari ABA #PALIPEHUTU BO KWA RWASA bagiye kwicwa n'IPEREREZA ry'UBURUNDI mu kwanka ko bokwifadikanya n'abagomba gutera uburundi
3.Bazovuga ko LETA y'Uburundi iriko iritegura gusubira gufata UVIRA kandi ko igira itere kandi muri UVIRA
4. Bazovuga Ko aba FDRL bose bahora muri #CONGO ko bose bahungiye mu BURUNDI, Kandi bifadikanije n'imbonerakure bagira batere #URWANDA. Muzobona bavugisha aba #FDRL ba kera kugira bemeze ko bakorana n'Uburundi (Cane cane ibi na birya vy'abanyamulenge nivyo bizotuma batera UBURUNDI, n'umugambi bapanze neza
Iyi message muyibike ahantu ,aya s'amakuru mbarirano.
Publié le 13/12/2025 à 14:28

← Retour aux articles