DOSSIER PALUKU
Géopolitique
IBIPFU biraho birakabura ubwenge n'ivyiyumviro kubona bigira ba "sindabibazwa". Kuko uravye nk'umukongomani ava muri "tribu" y'aba "nande", yitwa Paluku yishwe muri iyi ndwi i Goma, yari Vice-gouverneur, yari yahenzwe na M23 ngo bakorane , hanyuma atangura kwidoga ngo ni gute bomushira hejuru yiwe Gouverneur w'umunyarwanda? Inyishu bamuhaye bayihaye umugarde wiwe niwe yamurasiye imbere y'urupangu rwiwe.
"les BANTU" aho bari hose bakwiye guhaguruka atari mu Burundi gusa, RD CONGO, Tanzanie, Rwanda, Ouganda gusa, ariko aho bari hose, kuva muri Tchad ukamanuka gushika Afrique du Sud bakaba maso maze bagakurikirana ivyo Kagame Museveni na Ruto bariko bikora. Nayahandi muzokerererwa munzu nk' imbeba
Publié le 15/12/2025 à 08:44

← Retour aux articles