ABANYAMULENGE BABA HEMU
Géopolitique
#ABANYAMULENGE MWIFATANIJE NA #M23 MURI MUYABIRA kandi muri ABALENGELENGE
Akataretse kaba gasema. Ehe ngabo abanyamulenge bama bavuga ko ari abanyekongo b’abatutsi, umusi umugwi M23 ushika Uvira, nibo batamvye baratarika mu mashengero yabo ari mu Rwanda, bavyina n’akanyamuneza karenze, bashima imana yabo, atari Imana Rugiravyose, Yoyo ntibesha, kiretse ko hariho abayibeshera ngo niYo yavuze, bavyina bati: “Uvira, tombée”!
None burya igisagara ca Uvira coba carahindutse kikaba igice c’ u-Rwanda? Ko mbona mwebwe abanyamulenge mwavyinira mu Rwanda, burya umuntu abise abanyarwanda hoho yoba abarenganije? Ko kuva mu 1996, igihe mwifatanya n’u-Rwanda n’Ub’ #uganda mu gutera Zaïre, mukaza mwitwa #AFDL, mukiheka kuri Mutama Laurent Désiré Kabila, mwibaza ngo azoguma ari igikoresho canyu, bukeye kabiri muri 1998, ntimwagarutse mwitwa RCD-Goma, hanyuma mukaruhuka, mwishe Mutama Laurent Désiré #Kabila? Hanyuma amakungu akabafasha mu gashiraho Kanambe Hypolite, mumwise Joseph Kabila, agaheza akabafasha gusambura igisoda c’igihugu no kunyaga amatungo y’igihugu ca #RDCongo. Ntivyagarukiye aho, murasubira muratanguza #CNDP ihagarariwe n’umwicanyi rutura Laurent #Nkundabatware ? None ubu mwararonse ibikoresho vy’abanyekongo mukoresha, hanyuma mwaheza kubikoresha, mukabifasha kwereka umukondo ijuru iyo bihenze bakavyura umutwe nka kurya kwa Magloire #PALUKU!
Ubwo hari gihe mwebwe mwa banyamulenge mwigera mwibuka ko ku butaka bwa Republika Iharanira Demokarasi ya Kongo ata bwoko bw’Abanyamulenge bubaho, haba muri kahise ka kera canke kahise ka vuba? Hoba hari igihe n’umusi umwe rudende mwoba mwarigeze mwibuka ko iyo misozi ya Minembwe n’imisozi ya Hauts-Plateaux yose ari ku butaka bw’#Ababembe, #Abarega, #Abafulilo hamwe n’#Abashi, ko ata bwoko bw’Abanyamulenge bubaho ku butaka bwa Kongo?
Yamara nta gitangaza kirimwo kuko niko mwaremwe, kandi muri intashima, mukongera mukaba imburabugirire! Prezida #Mobutu niwe yashizeho Ibwirizwa Nshingiro ritanga ubwenegihugu ku muntu wese avukiye ku butaka bwa Kongo ⁄ Zaïre, ariko impembo mwamuhaye abantu bose bo kw’isi barayizi. Mwaruhutse mumwomoye, aja kugwa inyuma y’igihugu yubatse imyaka irenga 32, kubera mwebwe abanyamulenge, abantu b’ingurukizi gusa!
Hari ikintu abantu bo kw’isi, ndetse n’abo muri kano karere batazi: Abo banyarwanda biyita abanyamulenge, nibo bantu kw’isi babaho bakoresha urupapuro rw’inzira bita “Passeport” zibiri ica rimwe. Iyo ari muri Kongo, ni umunyekongo, agakoresha “Passeport” y’igikongomani. Iyo ari mu Rwanda, n’umunyarwanda, aca akoresha “Passeport” y’u-Rwanda. Kandi ivyo ntibabikora kubera bafise “double nationalité” (Ubwenegihugu bubiri), oya babikora nkana kuko barazi ko ari abanyarwanda, Kongo bajayo nk’igihugu baja gusumiramwo ivyo bashatse. Rero aho bigeze, Kongo ntikiri aho gusumira, bashaka kuhigarurira, habe icibare cabo !
Ninaco gituma uravye amashusho yari mu gisagara ca Uvira igihe, Televiziyo ya #Quatar, “#Aljazeera”, yariko yerekana abagwanyi ba M23 bavuga ko bariko barava mu muji wa Uvira, hariho amashusho n’amajwi y’abanyamulenge bavuga ko bari banezerewe n’uko AFC⁄M23⁄RDF yafashe Uvira, ko kandi nibavayo, nabo nyene baca babakwirikira !!!!
Ikibazo gica kiza n’iki gikurikira: None abo bantu bavuga ko baca bakurikira abari bateye igihugu, ubwo koko abo ni abanyekongo? Canke bari basanzwe ari inyambukira zari zaje gutata igihugu, bongere bakore amarorerwa nkayo bagiye barakora aho baciye bagenda barasasika inganda Nko muri #Sange na #Luvungi
Abantu bitwa abanyamulenge bari bakwiye kwibuka ko amoko ya Kongo yari yabakiriye, yongera abaha aho baba, barima bakongera bakaragira inka zabo ata nkomanzi, none bahisemwo kubica no kugomba kubanyaga ubutaka bwabo, none ubu hoho bagomba no kubaka igihugu cabo!!!
Ejo aho bukera, amoko yose yo muri Kongo niyahaguruka akabagwanya, akabashorera gushika iyo bazananye mu #Rwanda, bazoca bayiha akaganza, bavuge ko bakorewe ihonyabwoko ? Yamara iyo aribo bishe, umengo abandi ntibava amaraso !!! Mbega abo banyamulenge bobo bava amata ??
Ingwe ntiyarizi gufatira kw’izosi, ariko yarigijwe ! Kandi akataretse kaba gasema ! Umunyamulenge afise ugutwi niyumve ! Niyo atumva naho, azokumvirayo !
Major Trump
Publié le 22/12/2025 à 13:07

← Retour aux articles