KAGAME MU KAMASHU

KAGAME MU KAMASHU

Géopolitique

Uruhigi rwamazeguhindukira

Ubutuvugana Umuzungu TRUMP arahejeje kwigarama umu commissionnaire wiwe KAGAME

Muti bigenze gute?

Harihaciye imyaka irenga 30Ans Kagame w’Urwanda Agandagura burimuntu wese bivurwa ko yakoze Genoside kubatutsi burwanda canke uwo wese amweretse ko afise ivyiyumviro bidahuye nivyiwe. Aho yabarondera mubihugu vyose bibaho kw'isi Kandi ivyobirego vyaremangwa na AMERICA. Aho uwishwe kaba akamizweningoma Aho nomukwiba Congo hakoreshwa iyo motif nyene ndetse nomukwihanga UBURUNDI Yazana Izo motif nyene Ariko IMANA ishimwe ko yasanze igihugu cugaye Kandi caritunganije neza cane.

Uyumusi rero Uwahinguvu KAGAME Ahejeje guha umubonano abatavuga rumwe na Reta ya KAGAME Aho bagiye kwumviriza banatunganirizwe banahabwe indishi yakababaro banahabwe nijambo mugihugu cabibarutse arico urwanda Aho bari barajuragirijwe n' iyo ntore kagome.

Ivyo rero Bigashobora gutuma kanokarere karonka amahoro Nkuko NYENICUBAHIRO PREZIDA Wacu Evariste Ndayishimiye yama kumavi asengera Akarere na Africa yose kuba mumahoro numutekano �
Publié le 23/12/2025 à 12:02
← Retour aux articles