FANNY MUNEZERO
Géopolitique
EWE KUBESHA GUSHIKA AHO UBURA UBWENGE UKABURA N’UBWO KURAHURA!
Uwobona umukobwa araho MUNEZERO FANNY ingene urukoba rukeye wobeshera umuhwi wahiriye ku gitoki hejuru! Yamara uwomushira ku gipimo c’ubumenyi yosanga gicuramye, kuko wumvirije ivyo avuga ku ntambara yo muri Kongo no ku ngabo z’Uburundi, woca wibaza ko uriko uvugana canke ko uriko wumviriza “UMUKEHABWENGE”.
Ni ryari umugore⁄umukobwa w’umu “civile” yogendagenda ku rubuga rw’intambara, akaronka n’umwanya wo kubaza abasirikare bari ku rugamba, bariko bararasa, n’aho twofata ko hoba hari abasirikare bafashwe mpiri ku rugamba, ni ryari umu “civile” ahabwa uruhusha rwo kuganira n’abasirikare bari ku rugamba, ko tuzi mu nteguro z’ingwano ata mu “civile” aja ahariko habera urugamba rw’amasasu n’amabombe?
Ahubwo iyo atuma avuga ko yarikw’ aja i Uvira kwikorera uburaya, akabona kwikora mu gahogo kugira yimenyekanisha kuri basazawe ko ari mu micungararo ya Uvira!
Ikibabaje kikongera kigatera n’isoni n’ukubesha abumva ururimi rw’Ikinyarwanda ngo: “Igisirikare c’Uburundi kiravangura amoko mu gutegura no mu kurungika abasirikare ku rugamba”!!!!???? Ivyo bintu utari imburabwenge nka we, hari uwokumva ayo majambo akayemera?
Ko mu Burundi kuva hasinywe Amasezerano y’Amahoro ya Arusha mu mwaka w’ibihumbi bibiri (2000) hategekanijwe kuvanga igisirikare c’Uburundi ku rugero rw’ibice mirongo itanu kw’ijana (50%) ku Bahutu no ku Batutsi, ivyo bice nyene, kandi hamaze gusinywa Amasezerano yo Guhagarika Intambara hagati ya Leta n’Imigwi n’Imihari yari yitwaje ibigwanisho, haciye hubahirizwa kungana kw’ibice 50% vy’Abatutsi hamwe n’ibice 50% vy’Abahutu mu gisirikare c’Uburundi, ni ryari iyo ndaya nyarwanda yigeze yumva mu Burundi ko hariho amakambi yiharijwe n’ubwoko bw’Abahutu canke Ikambi yiharijwe n’Ubwoko bw’Abatutsi? Ivyo avuga ngo abasirikare b’Uburundi bakoreshwa imyimenyerezo ya gisirikare hakurikijwe ubwoko abikura hehe? Ivyo vyovyo avuga ngo hageze kurungika abasirikare baja kugwana muri Kongo hacagurwamwo Abatutsi gusa, ngo kandi uwanse kuja kugwana muri Kongo, baca bamwicana n’umuryango wiwe wose, vyovyo abikura hehe?
Burya uworaba abasirikare baguye ku rugamba, bagiye gutabara Igihugu kibanyi ca Kongo, wosanga ari Abatutsi gusa??? Uwobaza FANNY MUNEZERO umuryango w’umusirikare w’umututsi w’Umurundi yanse kuja kugwana muri Kongo, hanyuma agaca yicwa be n’umuryango wiwe wose, yoshobora gutanga izina rimwe gusa???
Ahubwo nagende muri Kongo akore ubumalaya bwari bumujanye, niyaheza aze yibuke gutaha mu gihugu gitwawe na “Hitler” wo muri Afrika, igihugu ciwe c’Urwanda, aho imiryango yirirwa irabura irengero ry’imisore yayo, ifatwa igiye kw’ishure, igaca ijanwa gukoreshwa imyimenyerezo ya gisirikare y’indwi imwe, igaca ijanwa kwota umuriro w’amasasu y’abasirikare bamenyereye urugamba, bagaca bahonerayo, hanyuma imiryango yabo igapfana intuntu, itazi iyo abana bayo baguye.
Ahubwo uyo FANNY MUNEZERO arasubira kw’ishure ryo kubesha, rimwe ba Scovia bigako bamwigishe kubesha akoresheje ubwenge !
Publié le 12/01/2026 à 10:25

← Retour aux articles