FANNY FRANCOISE MUNEZERO YABURIWE IRENGERO NKA LABIN

FANNY FRANCOISE MUNEZERO YABURIWE IRENGERO NKA LABIN

Géopolitique

Amakuru ya Labin mwese mwarayumvise ko bamuburiye irengero, menye neza Urwanda rurakugokesha maze ugahemuka, ugahemukira abawe, igihugu n incuti. Igihembo urwanda ruha ibihemu ni agafuni canke isumu, baranaguha ibiyovyabwenge.

Tuguze iminsi ikinyamakuru canyu Isomo.bi kibashikiriza ku majambo mabi yashikirijwe na Fanny Munezero. Aho yavuze amabanga menshi y umuhari w' iterabwoba M23. Muri irijoro yaburiwe irengero nka kumwe vyashikira Labin.

Munezero Fanny Françoise ku batamuzi
N' umukobwa wo Mukagogo -Kundondo.
Papa wiwe yitwa Bitorwa Yunusi avuka i Mulenge ariko mama wiwe n' umunyarwandakazi. Fanny Francoise yarahukanye n' umunyarwanda yamutanye abana 3 aho baba mu rwanda ni kamembe. Amakuru dufise yizewe n' uko ar' umwishwa wa col. Makanika: uyu nawe mukaba muziko yagandaguwe na reta y Urwanda kubera ko umuhari TWIRWANEHO wanse kwifatanya na M23 umuhari w' iterabwoba wa Polo kagame.

Mu minsi iheze MUNEZERO FANNY yaragiye muri hauts plateaux aho bita mu Bijombo, igihe yaravuyeyo agarutse arwa mu maboko ya Caporal SEMATAMA, ubu akabafungiwe mu Bijabo.
Publié le 13/01/2026 à 09:34
← Retour aux articles